Yohani 12:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Uwunkengera ntiyakire amajambo yanje ari n’uwumucira urubanza. Ijambo+ navuze ni ryo rizomucira urubanza ku musi wa nyuma; Ivyakozwe 24:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo avuze ibijanye n’ubugororotsi+ n’ukwigumya+ be n’ivy’uguca imanza+ kuzoza, Felisi agira ubwoba, yishura ati: “Ubu nugende, mugabo ninaronka umwanya ubereye nzosubira ngutumeko.”
48 Uwunkengera ntiyakire amajambo yanje ari n’uwumucira urubanza. Ijambo+ navuze ni ryo rizomucira urubanza ku musi wa nyuma;
25 Mugabo avuze ibijanye n’ubugororotsi+ n’ukwigumya+ be n’ivy’uguca imanza+ kuzoza, Felisi agira ubwoba, yishura ati: “Ubu nugende, mugabo ninaronka umwanya ubereye nzosubira ngutumeko.”