Matayo 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze ategeka nya masinzi kugandagaza ku vyatsi, hanyuma afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira+, hanyuma amaze kumanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa, abigishwa na bo bayigaburira nya masinzi+. Mariko 7:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hanyuma arangamiza mw’ijuru+ ariruhutsa+ cane, amubwira ati: “Efata,” ni ukuvuga ngo: “Zibuka.” Yohani 11:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Bakurako rya buye rero. Buno Yezu araramurira amaso mw’ijuru+, avuga ati: “Data, ndagukengurukiye ko unyumvise+.
19 Maze ategeka nya masinzi kugandagaza ku vyatsi, hanyuma afata ya mikate itanu na za fi zibiri, arangamiza mw’ijuru, arabihezagira+, hanyuma amaze kumanyagura ya mikate, ayihereza abigishwa, abigishwa na bo bayigaburira nya masinzi+.
41 Bakurako rya buye rero. Buno Yezu araramurira amaso mw’ijuru+, avuga ati: “Data, ndagukengurukiye ko unyumvise+.