Yohani 13:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Amaze gusohoka rero, Yezu avuga ati: “Ubu rero Umwana w’umuntu araninahajwe+, kandi Imana iraninahajwe ku bijanye na we. Yohani 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data aninahazwe ku bijanye n’Umwana+.
31 Amaze gusohoka rero, Yezu avuga ati: “Ubu rero Umwana w’umuntu araninahajwe+, kandi Imana iraninahajwe ku bijanye na we.
13 Vyongeye, ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data aninahazwe ku bijanye n’Umwana+.