Matayo 26:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Akiriko aravuga, Yuda+ umwe muri bamwe cumi na babiri azanana n’isinzi rinini ryitwaje inkota+ n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bo muri ico gisata+. Mariko 14:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Buno nyene akiriko aravuga, Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, arashika azananye n’isinzi ryitwaje inkota n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abanditsi n’abagabo b’inararibonye+. Ivyakozwe 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Bagabo bene wacu, vyari bikenewe ko icanditswe kiranguka+, ico impwemu nyeranda+ yavuze imbere y’igihe biciye mu kanwa ka Dawidi ku vyerekeye Yuda+ umwe yabera indongozi abafashe Yezu+,
47 Akiriko aravuga, Yuda+ umwe muri bamwe cumi na babiri azanana n’isinzi rinini ryitwaje inkota+ n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bo muri ico gisata+.
43 Buno nyene akiriko aravuga, Yuda, umwe muri bamwe cumi na babiri, arashika azananye n’isinzi ryitwaje inkota n’amahiri, rivuye ku bakuru b’abaherezi n’abanditsi n’abagabo b’inararibonye+.
16 “Bagabo bene wacu, vyari bikenewe ko icanditswe kiranguka+, ico impwemu nyeranda+ yavuze imbere y’igihe biciye mu kanwa ka Dawidi ku vyerekeye Yuda+ umwe yabera indongozi abafashe Yezu+,