Yohani 6:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Uku ni kwo kugomba kw’uwandungitse: ni ukugira ngo sintakaze na kimwe mu vyo yampaye vyose, mugabo ngo nze ndakizure+ ku musi wa nyuma. Yohani 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nkiri kumwe na bo narabarinda+ ku bw’izina ryawe wampaye; kandi narabazigamye, kandi nta n’umwe muri bo yarandutse+ atari wa mwana wo kuranduka+, kugira ngo icanditswe kiranguke+.
39 Uku ni kwo kugomba kw’uwandungitse: ni ukugira ngo sintakaze na kimwe mu vyo yampaye vyose, mugabo ngo nze ndakizure+ ku musi wa nyuma.
12 Nkiri kumwe na bo narabarinda+ ku bw’izina ryawe wampaye; kandi narabazigamye, kandi nta n’umwe muri bo yarandutse+ atari wa mwana wo kuranduka+, kugira ngo icanditswe kiranguke+.