Ivyakozwe 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo nimba ari ibihari vyo ku majambo, ku mazina+ no kw’itegeko+ muri mwebwe, nimuvyirabire. Sinshaka kuba umucamanza w’ivyo bintu.” Ivyakozwe 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko twasanze uyu mugabo ari ikiza+, avyura imigumuko+ mu Bayuda bose kw’isi yose, akaba na kizigenza w’umuce w’idini w’Abanyanazareti+, Ivyakozwe 25:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bari bafitaniye gusa impari ku vyerekeye ugusenga+ ibimana kwabo no ku vyerekeye uwitwa Yezu yari yarapfuye mugabo Paulo akaguma yemeza ko ari muzima+.
15 Mugabo nimba ari ibihari vyo ku majambo, ku mazina+ no kw’itegeko+ muri mwebwe, nimuvyirabire. Sinshaka kuba umucamanza w’ivyo bintu.”
5 Kuko twasanze uyu mugabo ari ikiza+, avyura imigumuko+ mu Bayuda bose kw’isi yose, akaba na kizigenza w’umuce w’idini w’Abanyanazareti+,
19 Bari bafitaniye gusa impari ku vyerekeye ugusenga+ ibimana kwabo no ku vyerekeye uwitwa Yezu yari yarapfuye mugabo Paulo akaguma yemeza ko ari muzima+.