Ivyakozwe 21:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze Paulo ajana nya bagabo bukeye, hanyuma arihumanurana na bo nk’uko bisabwa+ araheza yinjira mu rusengero, kugira amenyeshe imisi ikwiye kurangira+ ku bw’ukwo guhumanurwa kwashinzwe, gushika ishikanwa+ ritangiwe umwe wese muri bo+.
26 Maze Paulo ajana nya bagabo bukeye, hanyuma arihumanurana na bo nk’uko bisabwa+ araheza yinjira mu rusengero, kugira amenyeshe imisi ikwiye kurangira+ ku bw’ukwo guhumanurwa kwashinzwe, gushika ishikanwa+ ritangiwe umwe wese muri bo+.