Abagalatiya 5:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ubwitonzi, ukwigumya+. Ibintu mwene ivyo nta tegeko ribibuza+. 2 Petero 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ubumenyi bwanyu muburonse ukwigumya, ukwigumya+ kwanyu mukuronse ukwihangana, ukwihangana kwanyu mukuronse ukwihebera Imana+,
6 ubumenyi bwanyu muburonse ukwigumya, ukwigumya+ kwanyu mukuronse ukwihangana, ukwihangana kwanyu mukuronse ukwihebera Imana+,