Mariko 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko Herodi yatinya+ Yohani, kubera yari azi ko ari umugabo w’umugororotsi kandi w’umweranda+; mbere yaramukingira. Kandi amaze kumwumviriza+ yarazazanirwa rwose, yamara akabandanya kumwumviriza ahimbawe.
20 Kuko Herodi yatinya+ Yohani, kubera yari azi ko ari umugabo w’umugororotsi kandi w’umweranda+; mbere yaramukingira. Kandi amaze kumwumviriza+ yarazazanirwa rwose, yamara akabandanya kumwumviriza ahimbawe.