Imigani 29:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kujugumira imbere y’abantu ni vyo bitega umutego+, mugabo uwizigira Yehova azokingirwa+. Luka 23:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 arekura+ wa muntu yari yatawe mw’ibohero kubera ubugumutsi n’ubwicanyi, ari na we bariko barasaba, mugabo atanga Yezu ngo bamugire uko bagomba+. Ivyakozwe 25:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Fesito ashaka kwitonesha+ ku Bayuda, aca yishura Paulo ati: “Woba ushaka kuduga i Yeruzalemu ukaba ari ho ucirirwa urubanza imbere yanje kuri ivyo bintu+?”
25 arekura+ wa muntu yari yatawe mw’ibohero kubera ubugumutsi n’ubwicanyi, ari na we bariko barasaba, mugabo atanga Yezu ngo bamugire uko bagomba+.
9 Fesito ashaka kwitonesha+ ku Bayuda, aca yishura Paulo ati: “Woba ushaka kuduga i Yeruzalemu ukaba ari ho ucirirwa urubanza imbere yanje kuri ivyo bintu+?”