Ivyakozwe 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nasanze yagirizwa ibijanye n’ibibazo vy’Itegeko ryabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa gikwiriye kumwicisha canke kumushirisha mu mvuto+. Ivyakozwe 26:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo bahavuye, batangura kuvugana, bati: “Uyu muntu nta kintu na kimwe akora gikwiriye kumwicisha+ canke kumushirisha mu mvuto.”
29 Nasanze yagirizwa ibijanye n’ibibazo vy’Itegeko ryabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa gikwiriye kumwicisha canke kumushirisha mu mvuto+.
31 Mugabo bahavuye, batangura kuvugana, bati: “Uyu muntu nta kintu na kimwe akora gikwiriye kumwicisha+ canke kumushirisha mu mvuto.”