Ivyakozwe 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo nimba ari ibihari vyo ku majambo, ku mazina+ no kw’itegeko+ muri mwebwe, nimuvyirabire. Sinshaka kuba umucamanza w’ivyo bintu.” Ivyakozwe 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nasanze yagirizwa ibijanye n’ibibazo vy’Itegeko ryabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa gikwiriye kumwicisha canke kumushirisha mu mvuto+.
15 Mugabo nimba ari ibihari vyo ku majambo, ku mazina+ no kw’itegeko+ muri mwebwe, nimuvyirabire. Sinshaka kuba umucamanza w’ivyo bintu.”
29 Nasanze yagirizwa ibijanye n’ibibazo vy’Itegeko ryabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa gikwiriye kumwicisha canke kumushirisha mu mvuto+.