Ivyakozwe 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nimba ndi inkozi y’ikibi koko+ hakaba kandi hari ikintu nakoze gikwiriye kunyicisha+, sinanse gupfa; ariko nimba mu vyo aba banyagiriza ata na kimwe kihari, nta n’umwe ashobora kuntanga kuri bo kugira ngo abanezereze. Nungururije kwa Sezari+!” Ivyakozwe 26:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Vyongeye, Agiripa abwira Fesito ati: “Uyu muntu yari kurekurwa iyo ataba yungururije+ kwa Sezari.” Ivyakozwe 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo kubera ko Abayuda bagumye bavyiyamiriza, vyabaye ngombwa ko nungururiza+ kwa Sezari, mugabo atari nk’aho nari mfise ico nagiriza ihanga ryanje.
11 Nimba ndi inkozi y’ikibi koko+ hakaba kandi hari ikintu nakoze gikwiriye kunyicisha+, sinanse gupfa; ariko nimba mu vyo aba banyagiriza ata na kimwe kihari, nta n’umwe ashobora kuntanga kuri bo kugira ngo abanezereze. Nungururije kwa Sezari+!”
32 Vyongeye, Agiripa abwira Fesito ati: “Uyu muntu yari kurekurwa iyo ataba yungururije+ kwa Sezari.”
19 Mugabo kubera ko Abayuda bagumye bavyiyamiriza, vyabaye ngombwa ko nungururiza+ kwa Sezari, mugabo atari nk’aho nari mfise ico nagiriza ihanga ryanje.