Ivyakozwe 25:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mugabo ku bimwerekeye nta kintu na kimwe mfise gitomoye co kwandikira Umukama wanje. Ni co gituma namuzanye imbere yanyu, na canecane imbere yawe, Mwami Agiripa, kugira ngo isambishwa niryamara kuba+, ndonke ico nandika.
26 Mugabo ku bimwerekeye nta kintu na kimwe mfise gitomoye co kwandikira Umukama wanje. Ni co gituma namuzanye imbere yanyu, na canecane imbere yawe, Mwami Agiripa, kugira ngo isambishwa niryamara kuba+, ndonke ico nandika.