2 Abakorinto 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 nk’abari n’agahinda yamara bama banezerewe, nk’aboro yamara batungisha benshi, nk’abadafise ikintu na kimwe yamara kandi batunze vyose+.
10 nk’abari n’agahinda yamara bama banezerewe, nk’aboro yamara batungisha benshi, nk’abadafise ikintu na kimwe yamara kandi batunze vyose+.