ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 hanyuma araza aba mu gisagara citwa Nazareti+, kugira haranguke ivyavuzwe biciye ku bahanuzi, ngo: “Azokwitwa Umunyanazareti+.”

  • Ivyakozwe 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 nimumenye mwebwe mwese hamwe n’abantu ba Isirayeli bose, yuko mw’izina rya Yezu Kristu Umunyanazareti+, uwo mwebwe mwamanitse+ mugabo Imana ikamuzura mu bapfuye+, biciye kuri uyo ari ho uyu muntu ahagaze hano imbere yanyu akomeye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika