Matayo 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko amukora ku kuboko+, ya nyonko ica iramuvako, hanyuma arahaguruka atangura kumukorera+. Yohani 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yezu amubwira ati: “Haguruka utore uburiri bwawe, utambuke+.” Ivyakozwe 9:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Petero amubwira+ ati: “Eneya, Yezu Kristu aragukijije+. Haguruka usase igitanda cawe.” Na we buno nyene aca arahaguruka. Ivyakozwe 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 avuga n’ijwi rirenga ati: “Hagarara ugororotse ku birenge vyawe.” Maze arasimba, atangura gutambuka+.
34 Petero amubwira+ ati: “Eneya, Yezu Kristu aragukijije+. Haguruka usase igitanda cawe.” Na we buno nyene aca arahaguruka.
10 avuga n’ijwi rirenga ati: “Hagarara ugororotse ku birenge vyawe.” Maze arasimba, atangura gutambuka+.