Ivyakozwe 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nasanze yagirizwa ibijanye n’ibibazo vy’Itegeko ryabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa gikwiriye kumwicisha canke kumushirisha mu mvuto+. Ivyakozwe 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo nabonye ko ata kintu na kimwe yari yakoze gikwiriye kumwicisha+. Aho rero uyu mugabo ubwiwe yungururije+ kwa Nyeningoma, nafashe ingingo yo kumurungika.
29 Nasanze yagirizwa ibijanye n’ibibazo vy’Itegeko ryabo+, mugabo nta kintu na kimwe aregwa gikwiriye kumwicisha canke kumushirisha mu mvuto+.
25 Mugabo nabonye ko ata kintu na kimwe yari yakoze gikwiriye kumwicisha+. Aho rero uyu mugabo ubwiwe yungururije+ kwa Nyeningoma, nafashe ingingo yo kumurungika.