ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 23:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo ijoro rikurikira, Umukama ahagarara iruhande yiwe+, avuga ati: “Gira umutima rugabo+! Kuko nk’uko umaze igihe ushinga intahe inogangije+ ku binyerekeye i Yeruzalemu, ni na ko utegerezwa gushinga intahe i Roma+.”

  • Ivyakozwe 25:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nimba ndi inkozi y’ikibi koko+ hakaba kandi hari ikintu nakoze gikwiriye kunyicisha+, sinanse gupfa; ariko nimba mu vyo aba banyagiriza ata na kimwe kihari, nta n’umwe ashobora kuntanga kuri bo kugira ngo abanezereze. Nungururije kwa Sezari+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika