Yohani 10:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yezu na we akaba yariko agendagenda mu rusengero mw’ibaraza rya Salomo+. Ivyakozwe 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, biciye ku maboko y’intumwa ibimenyetso vyinshi n’ibitangaza vyinshi bibandanya kuba mu bantu+; kandi bose bari mw’ibaraza rya Salomo bahuje inama+.
12 Vyongeye, biciye ku maboko y’intumwa ibimenyetso vyinshi n’ibitangaza vyinshi bibandanya kuba mu bantu+; kandi bose bari mw’ibaraza rya Salomo bahuje inama+.