Ivyakozwe 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 bakabishira imbere y’ibirenge vy’intumwa+. Vyaraheza bikagabanganirizwa+ umwe wese, nk’uko yaba akeneye. 1 Timoteyo 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Utere iteka abapfakazi b’abapfakazi vy’ukuri+. Yakobo 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.
35 bakabishira imbere y’ibirenge vy’intumwa+. Vyaraheza bikagabanganirizwa+ umwe wese, nk’uko yaba akeneye.
27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.