Kuvayo 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko muri iyo misi, Musa ariko aba uwukomeye, aja kwa bene wabo ngo arabe imizigo bikorera+. Abona Umunyamisiri ariko akubita Umuheburayo wo muri bene wabo+.
11 Nuko muri iyo misi, Musa ariko aba uwukomeye, aja kwa bene wabo ngo arabe imizigo bikorera+. Abona Umunyamisiri ariko akubita Umuheburayo wo muri bene wabo+.