Kuvayo 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze umumarayika wa Yehova aramubonekera mu rubeya rw’umuriro hagati mu gisaka c’amahwa+. Agumye yitegereza, abona ca gisaka c’amahwa kiriko kiraka umuriro yamara ntigishe. Yesaya 63:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+.
2 Maze umumarayika wa Yehova aramubonekera mu rubeya rw’umuriro hagati mu gisaka c’amahwa+. Agumye yitegereza, abona ca gisaka c’amahwa kiriko kiraka umuriro yamara ntigishe.
9 Mu marushwa yabo yose, vyaramuteye amarushwa+. Kandi intumwa yiwe bwite yarabakijije+. Mu rukundo rwiwe no mu mpuhwe ziwe, we ubwiwe yarabacunguye+, araheza abashira hejuru yongera arabaterura imisi yose ya kera+.