Kuvayo 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze ivuga iti: “Ntiwegere ng’aha. Kura inkweto* zawe ku birenge vyawe, kuko ahantu uhagaze ari ubutaka bweranda+.” Yosuwa 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nya mukuru w’ingabo za Yehova na we abwira Yosuwa ati: “Kura inkweto* zawe ku birenge vyawe, kuko ahantu uhagaze ari heranda.” Yosuwa aca agira kuno+.
5 Maze ivuga iti: “Ntiwegere ng’aha. Kura inkweto* zawe ku birenge vyawe, kuko ahantu uhagaze ari ubutaka bweranda+.”
15 Nya mukuru w’ingabo za Yehova na we abwira Yosuwa ati: “Kura inkweto* zawe ku birenge vyawe, kuko ahantu uhagaze ari heranda.” Yosuwa aca agira kuno+.