Kuvayo 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Na we ati: “Ni nde yakugize umuganwa n’umucamanza kuri twebwe+? Ushaka kunyica nka kumwe wica wa Munyamisiri+?” Musa aca aratinya, avuga ati: “Nta nkeka ca kintu camenyekanye+!” Ivyakozwe 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo uwariko ararenganya mugenziwe, amushiburira nka hariya, avuga ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza kuri twebwe+?
14 Na we ati: “Ni nde yakugize umuganwa n’umucamanza kuri twebwe+? Ushaka kunyica nka kumwe wica wa Munyamisiri+?” Musa aca aratinya, avuga ati: “Nta nkeka ca kintu camenyekanye+!”
27 Mugabo uwariko ararenganya mugenziwe, amushiburira nka hariya, avuga ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza kuri twebwe+?