Kuvayo 16:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko bene Isirayeli barya manu imyaka mirongo ine+, kugeza bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Manu ni yo bariye kugeza bashitse ku mupaka w’igihugu ca Kanani+. Guharura 14:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi abahungu banyu bazocika abungere mu gahinga+ imyaka mirongo ine, kandi bazobwirizwa kwishura ubusambanyi+ bwanyu, gushika imivyimba yanyu iherengetereye mu gahinga+.
35 Nuko bene Isirayeli barya manu imyaka mirongo ine+, kugeza bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Manu ni yo bariye kugeza bashitse ku mupaka w’igihugu ca Kanani+.
33 Kandi abahungu banyu bazocika abungere mu gahinga+ imyaka mirongo ine, kandi bazobwirizwa kwishura ubusambanyi+ bwanyu, gushika imivyimba yanyu iherengetereye mu gahinga+.