Guharura 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kubera iki Yehova atuzanye muri ico gihugu kugira twicwe n’inkota+? Abagore bacu n’abana bacu batoyi bazocika isahu+. Icotubera ciza kuruta si uko twosubira mu Misiri+?”
3 Kubera iki Yehova atuzanye muri ico gihugu kugira twicwe n’inkota+? Abagore bacu n’abana bacu batoyi bazocika isahu+. Icotubera ciza kuruta si uko twosubira mu Misiri+?”