Ezekiyeli 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu mwaka ugira mirongo itatu, mu kwezi kugira kane, ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, igihe nari hagati mu bajanywe mu bunyagano+, hafi y’uruzi Kebari+, amajuru yarugurutse+ maze ntangura kubona ivyo nerekwa n’Imana+. Matayo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yezu amaze kubatizwa, buno nyene aduga ava mu mazi; maze ijuru riruguruka+, abona impwemu y’Imana imuzako+, imanuka imeze nk’inuma+. Yohani 1:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Yongera kumubwira ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye, muzobona ijuru ryuguruwe, n’abamarayika+ b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’umuntu+.”
1 Mu mwaka ugira mirongo itatu, mu kwezi kugira kane, ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, igihe nari hagati mu bajanywe mu bunyagano+, hafi y’uruzi Kebari+, amajuru yarugurutse+ maze ntangura kubona ivyo nerekwa n’Imana+.
16 Yezu amaze kubatizwa, buno nyene aduga ava mu mazi; maze ijuru riruguruka+, abona impwemu y’Imana imuzako+, imanuka imeze nk’inuma+.
51 Yongera kumubwira ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye, muzobona ijuru ryuguruwe, n’abamarayika+ b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’umuntu+.”