Zakariya 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo bagumye banka kwumviriza+, baguma bakutsa urutugu n’akagagazo+, biziba amatwi ngo ntibumve+. Luka 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko arahamagara ati: ‘Data Aburahamu+, ngirira imbabazi urungike Lazaro akoze isonga ry’urutoke rwiwe mu mazi, ahoze ururimi rwanje+, kubera ko ndi mu mubabaro mwinshi muri uyu muriro uyingana+.’
11 Mugabo bagumye banka kwumviriza+, baguma bakutsa urutugu n’akagagazo+, biziba amatwi ngo ntibumve+.
24 Nuko arahamagara ati: ‘Data Aburahamu+, ngirira imbabazi urungike Lazaro akoze isonga ry’urutoke rwiwe mu mazi, ahoze ururimi rwanje+, kubera ko ndi mu mubabaro mwinshi muri uyu muriro uyingana+.’