2 Abakorinto 11:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 mu ngendo kenshi, mu kaga k’inzuzi, mu kaga k’abambuzi+, mu kaga k’abo mu bwoko bwanje bwite+, mu kaga k’amahanga+, mu kaga mu gisagara+, mu kaga mu gahinga, mu kaga mu kiyaga, mu kaga muri bene wacu b’ikinyoma,
26 mu ngendo kenshi, mu kaga k’inzuzi, mu kaga k’abambuzi+, mu kaga k’abo mu bwoko bwanje bwite+, mu kaga k’amahanga+, mu kaga mu gisagara+, mu kaga mu gahinga, mu kaga mu kiyaga, mu kaga muri bene wacu b’ikinyoma,