Ivyakozwe 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko Petero avuga ati: “Ifeza n’inzahabu nta vyo mfise, mugabo ico mfise ni co nguha+: Mw’izina rya Yezu Kristu Umunyanazareti+, tambuka+!” Ivyakozwe 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 nimumenye mwebwe mwese hamwe n’abantu ba Isirayeli bose, yuko mw’izina rya Yezu Kristu Umunyanazareti+, uwo mwebwe mwamanitse+ mugabo Imana ikamuzura mu bapfuye+, biciye kuri uyo ari ho uyu muntu ahagaze hano imbere yanyu akomeye.
6 Ariko Petero avuga ati: “Ifeza n’inzahabu nta vyo mfise, mugabo ico mfise ni co nguha+: Mw’izina rya Yezu Kristu Umunyanazareti+, tambuka+!”
10 nimumenye mwebwe mwese hamwe n’abantu ba Isirayeli bose, yuko mw’izina rya Yezu Kristu Umunyanazareti+, uwo mwebwe mwamanitse+ mugabo Imana ikamuzura mu bapfuye+, biciye kuri uyo ari ho uyu muntu ahagaze hano imbere yanyu akomeye.