Mariko 5:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Baca batangura gutwenga bamushinyagurira. Mugabo, amaze kubasohora hanze bose, ahitana se na nyina b’uwo mwana n’abari kumwe na we, yinjira aho nya mwana yari+. Luka 8:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Ashitse kuri nya nzu, ntiyareka ngo hagire n’umwe binjirana atari Petero na Yohani na Yakobo hamwe na se na nyina ba nya mukobwa+.
40 Baca batangura gutwenga bamushinyagurira. Mugabo, amaze kubasohora hanze bose, ahitana se na nyina b’uwo mwana n’abari kumwe na we, yinjira aho nya mwana yari+.
51 Ashitse kuri nya nzu, ntiyareka ngo hagire n’umwe binjirana atari Petero na Yohani na Yakobo hamwe na se na nyina ba nya mukobwa+.