Matayo 9:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nya sinzi rikimara gusohorwa hanze, arinjira, afata ukuboko nya gakobwa+, gaca karahaguruka+. Luka 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze wa muntu yari yapfuye aricara, atangura kuvuga, araheza amuha nyina+. Yohani 11:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Aho avugiye ivyo bintu, arasemerera n’ijwi rirenga ati: “Lazaro, sohoka+!”