Matayo 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko na jewe ngabwa, nkagira abasoda ngaba, nkabwira uyu nti: ‘Genda+!’, akagenda, nabwira uwundi nti: ‘Ngwino!’, akaza, nabwira umushumba wanje nti: ‘Kora iki!’, akagikora.”
9 Kuko na jewe ngabwa, nkagira abasoda ngaba, nkabwira uyu nti: ‘Genda+!’, akagenda, nabwira uwundi nti: ‘Ngwino!’, akaza, nabwira umushumba wanje nti: ‘Kora iki!’, akagikora.”