-
Ivyakozwe 11:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 “Nari mu gisagara ca Yopa nsenga, maze mbaye nk’uwutwawe n’indoto, nerekwa ikintu c’igitebo kimanuka nk’uruhuzu rw’ilino runini rwururukirizwa ku masonga yarwo ane ruvuye mw’ijuru, hanyuma kiranshikira.
-