ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu mwaka ugira mirongo itatu, mu kwezi kugira kane, ku musi ugira gatanu w’ukwo kwezi, igihe nari hagati mu bajanywe mu bunyagano+, hafi y’uruzi Kebari+, amajuru yarugurutse+ maze ntangura kubona ivyo nerekwa n’Imana+.

  • Ivyakozwe 7:56
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 56 avuga ati: “Ehe mbonye ijuru ryuguruye+ be n’Umwana w’umuntu+ ahagaze iburyo bw’Imana+.”

  • Ivyahishuwe 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, maze mbona ifarasi yera+. Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika