Ivyakozwe 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko impwemu+ imbwira kujana na bo, ata gukekeranya na gato. Mugabo aba bene wacu batandatu na bo nyene twarajanye, twinjira mu nzu ya nya mugabo+.
12 Nuko impwemu+ imbwira kujana na bo, ata gukekeranya na gato. Mugabo aba bene wacu batandatu na bo nyene twarajanye, twinjira mu nzu ya nya mugabo+.