ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Yezu amwishura ati: “Vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe+ ni we utegerezwa gusenga, kandi ni we wenyene utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’ ”

  • Ivyakozwe 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 bati: “Bagabo, kubera iki mugira ivyo? Na twebwe turi abantu+ bafise utunenge+ nkamwe, tukaba turiko tubamenyesha inkuru nziza, kugira ngo muhindukire muve muri ivyo bintu vy’imburakimazi+ muje ku Mana nzima+, iyakoze ijuru+ n’isi n’ikiyaga n’ibiri muri vyo vyose.

  • Ivyahishuwe 19:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nca nikubita imbere y’ibirenge vyiwe ngo ndamusenge+. Mugabo ambwira ati: “Uragaba! Ntugire ivyo+! Nta kindi ndi atari umushumba mugenzawe n’uwa bene wanyu bafise igikorwa co gushingira intahe Yezu+. Senga Imana+; kuko ugushingira intahe Yezu ari yo ntumbero y’ubuhanuzi+.”

  • Ivyahishuwe 22:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo ambwira ati: “Uragaba! Ntugire ivyo! Nta kindi ndi atari umushumba mugenzawe n’uwa bene wanyu b’abahanuzi+ be n’uw’abubahiriza amajambo y’uyu muzingo. Senga Imana+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika