Ivyakozwe 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Vyongeye, yadutegetse kwamamaza+ inkuru nziza ku bantu no gushinga intahe inogangije yuko uyo ari Umwe yashirwaho n’Imana ngo abe umucamanza w’abazima n’abapfuye+.
42 Vyongeye, yadutegetse kwamamaza+ inkuru nziza ku bantu no gushinga intahe inogangije yuko uyo ari Umwe yashirwaho n’Imana ngo abe umucamanza w’abazima n’abapfuye+.