Matayo 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Jeho ndababatirisha amazi+ ku bw’ukwigaya+ kwanyu; mugabo uwuriko araza+ inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi inkweto* ziwe ntibimbereye kuzimwambura+. Uyo azobabatirisha impwemu nyeranda+ n’umuriro+. Mariko 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Jewe nababatirishije amazi, mugabo we azobabatirisha impwemu nyeranda+.” Luka 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yohani arishura, abwira bose ati: “Jeho ndababatirisha amazi; mugabo uwukomeye kundusha ariko araza, kandi umugozi w’inkweto* ziwe ntibimbereye kuwupfundurura+. Azobabatirisha impwemu nyeranda n’umuriro+. Ivyakozwe 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kubera ko mu vy’ukuri Yohani yabatirisha amazi, mugabo mwebwe mukazobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.”
11 Jeho ndababatirisha amazi+ ku bw’ukwigaya+ kwanyu; mugabo uwuriko araza+ inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi inkweto* ziwe ntibimbereye kuzimwambura+. Uyo azobabatirisha impwemu nyeranda+ n’umuriro+.
16 Yohani arishura, abwira bose ati: “Jeho ndababatirisha amazi; mugabo uwukomeye kundusha ariko araza, kandi umugozi w’inkweto* ziwe ntibimbereye kuwupfundurura+. Azobabatirisha impwemu nyeranda n’umuriro+.
5 kubera ko mu vy’ukuri Yohani yabatirisha amazi, mugabo mwebwe mukazobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.”