-
Luka 2:20Bibiliya y’isi nshasha
-
-
20 Maze nya bungere basubira inyuma, baninahaza Imana bongera bayishemeza ku bw’ibintu vyose bumvise kandi babonye, nk’uko bari babibwiwe.