ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 11:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi+: hazoba umuzi wa Yese+ uzohagarara nk’ikimenyetso ku bisata vy’abantu+. Ni we amahanga azokwitura ngo amusiguze+, kandi ahantu hiwe h’ukuruhukira hazotegerezwa gucika ahaninahaye+.

  • Ivyakozwe 17:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukutamenya mwene ukwo+, yamara ubu iriko ibwira abantu yuko bose aho bari hose bakwiye kwigaya+.

  • Ivyakozwe 20:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo nashinze intahe inogangije+ ku Bayuda no ku Bagiriki yerekeye ukwigaya+ ku Mana n’ukwizera Umukama wacu Yezu.

  • Abaroma 10:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko ata tandukaniro ririho hagati y’Umuyuda n’Umugiriki+, kuko hari Umukama umwe kuri bose, atunze+ ku bw’abo bose bamwambaza.

  • Abaroma 15:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 no kugira ngo amahanga+ aninahaze Imana kubera imbabazi zayo+. Nk’uko vyanditswe ngo: “Ni co gituma wewe nzokwemanga icese mu mahanga, kandi nzohibongoreza izina ryawe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika