Ivyakozwe 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Muri iyo misi, igihe abigishwa bariko barongerekana, havyuka imyidodombo mu Bayuda bavuga ikigiriki+, bidodombera Abayuda bavuga igiheburayo, kubera ko abapfakazi babo bariko birengagizwa mw’igaburwa ryo ku musi ku musi+. Ivyakozwe 9:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kandi yaraganira yongera aharira n’Abayuda bavuga ikigiriki. Mugabo bano barondera kumwica+.
6 Muri iyo misi, igihe abigishwa bariko barongerekana, havyuka imyidodombo mu Bayuda bavuga ikigiriki+, bidodombera Abayuda bavuga igiheburayo, kubera ko abapfakazi babo bariko birengagizwa mw’igaburwa ryo ku musi ku musi+.