ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mu misi indwi muze murye udutsima tutarimwo umwambiro. Egome, ku musi wa mbere muze mukure igicumbe gikāta mu mazu yanyu, kuko uwo wese azorya ivyambiwe, kuva ku musi wa mbere gushika ku wugira indwi+, uyo muntu ategerezwa kurandurwa muri Isirayeli+.

  • Kuvayo 23:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Uzogumya umusi mukuru w’udutsima tutarimwo umwambiro+. Mu misi indwi uzorya udutsima tutarimwo umwambiro+ ku gihe cashinzwe, mu kwezi kwa Abibu+, nk’uko nagutegetse, kuko muri kwo ari ho wavuye mu Misiri. Kandi ntibaze baseruke imbere yanje iminwe misa+.

  • Abalewi 23:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “‘Kandi ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi, ni umusi mukuru wa Yehova w’udutsima tutarimwo umwambiro+. Mu misi indwi mukwiye kurya udutsima tutarimwo umwambiro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika