Luka 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Mugabo imbere y’uko ivyo vyose biba, bazobashorerako amaboko, babahame+, babatange ku masinagogi no ku mabohero, babakwege babatwara imbere y’abami na ba buramatari ku bw’izina ryanje+. Ivyakozwe 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 bashorera amaboko ku ntumwa, babashira aho bacungirwa mu kibanza ca bose+.
12 “Mugabo imbere y’uko ivyo vyose biba, bazobashorerako amaboko, babahame+, babatange ku masinagogi no ku mabohero, babakwege babatwara imbere y’abami na ba buramatari ku bw’izina ryanje+.