Ivyakozwe 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo Sauli ava hasi, kandi naho amaso yiwe yakanura nta kintu na kimwe yabona+. Nuko bamufata ukuboko bamujana i Damasiko.
8 Mugabo Sauli ava hasi, kandi naho amaso yiwe yakanura nta kintu na kimwe yabona+. Nuko bamufata ukuboko bamujana i Damasiko.