Ivyakozwe 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo abagirira ikimenyetso+ n’ukuboko ngo bacereze, hanyuma abadondera ingene Yehova yamukuye mw’ibohero, maze avuga ati: “Mwiganire ivyo bintu Yakobo+ n’abavukanyi.” Aca arasohoka, aja ahandi. Ivyakozwe 21:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Amaze gutanga uruhusha, Paulo ahagaze ku ngazi agirira ikimenyetso+ abantu n’ukuboko abamāma. Hamaze kuba agacerere kenshi, abashikiriza ijambo mu rurimi rw’igiheburayo+, ati: Ivyakozwe 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Agiripa+ abwira Paulo ati: “Uremerewe kwiburanira.” Maze Paulo aramvura ukuboko+, atangura kwiregura+ ati:
17 Mugabo abagirira ikimenyetso+ n’ukuboko ngo bacereze, hanyuma abadondera ingene Yehova yamukuye mw’ibohero, maze avuga ati: “Mwiganire ivyo bintu Yakobo+ n’abavukanyi.” Aca arasohoka, aja ahandi.
40 Amaze gutanga uruhusha, Paulo ahagaze ku ngazi agirira ikimenyetso+ abantu n’ukuboko abamāma. Hamaze kuba agacerere kenshi, abashikiriza ijambo mu rurimi rw’igiheburayo+, ati:
26 Agiripa+ abwira Paulo ati: “Uremerewe kwiburanira.” Maze Paulo aramvura ukuboko+, atangura kwiregura+ ati: