Matayo 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ahubwo mugume muja ku ntama zazimiye z’inzu ya Isirayeli+. Luka 24:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 be n’uko mw’izina ryiwe ukwigaya ku bwo kubabarirwa ibicumuro+ kwokwamamajwe mu mahanga yose+—guhera i Yeruzalemu+,
47 be n’uko mw’izina ryiwe ukwigaya ku bwo kubabarirwa ibicumuro+ kwokwamamajwe mu mahanga yose+—guhera i Yeruzalemu+,