Ivyakozwe 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ku bw’ivyo rero bamwe muri bo bacika abemera+ hanyuma bifatanya na Paulo na Silasi+; Abagiriki indiri n’indiri bǎsenga Imana be n’abagore bakurubakuru batari bake na bo nyene bagira kuno.
4 Ku bw’ivyo rero bamwe muri bo bacika abemera+ hanyuma bifatanya na Paulo na Silasi+; Abagiriki indiri n’indiri bǎsenga Imana be n’abagore bakurubakuru batari bake na bo nyene bagira kuno.