Ivyakozwe 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Aho ashikiye akabona ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana, aranezerwa+ aca atangura kubaremesha bose kubandanya mu Mukama babishizeko umutima+; Tito 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko bwa buntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana buzanira ubukiriro+ abantu b’uburyo bwose+ bwerekanywe+,
23 Aho ashikiye akabona ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana, aranezerwa+ aca atangura kubaremesha bose kubandanya mu Mukama babishizeko umutima+;
11 Kuko bwa buntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana buzanira ubukiriro+ abantu b’uburyo bwose+ bwerekanywe+,